Uko wahagera

Iragi Majoro Petero Buyoya Asigiye Uburundi


Iragi Majoro Petero Buyoya Asigiye Uburundi
please wait

No media source currently available

0:00 0:05:14 0:00
Majoro Petero Buyoya yayoboye Uburundi incuro zibiri kuva mu 1987 gushika mu mwaka w’1993, no kuva mu 1996 gushika mu mwaka 2003 yitavye Imana ku munsi w'ejo.

Yari afise imyaka 71. Ijwi ry'Amerika yashatse kumenya ico azibukurwako n'iragi asigiye Uburundi, ibaza Maitre Filemon Dushimire, umuhinga mu vya politike, akurikiranira hagufi politike y'Uburundi n'akarere.

Yavuganye n'ijwi ry'Amerika ari muri Reta zunze Ubumwe za Amerika, muri leta ya Maine, asobanura kw'iragi n'ico abantu bazokwibukira kuri Perezida BUYOYA, hamwe n'igihugu ashobora gushingurwamwo. Kurikira ikiganiro yagiranya n'ijwi ry'Amerika hano hasi
XS
SM
MD
LG