Amwe mu masanamu y'amasengesho y'umugambwe uri ku butegetsi mu Burundi,
Amwe mu masanamu y'amasengesho y'umugambwe uri ku butegetsi mu Burundi, CNDDFDD. Ni amasengesho atitabiriwe n'umutambukanyi w'umukuru w'igihugu Deniza Nkurunziza Bucumi arwariye i Nairobi muri Kenya. Amakuru akomeje guhakanwa n'ubutegetsi mu Burundi avuga ko Deniza Bucumi arwaye COVID19.
Facebook Forum