Uko wahagera

Amatora muri Malawi Azosubirwamwo


Umukuru wa Komisiyo y'amatora muri Malawi, Jane Ansah, ibubamfu, ariko atangaza ko Amatora yabaye mu mwidegemvyo.

Sentare yubahiriza ibwirizwa shingiro muri Malawi yatesheje agaciro ivyavuye mu matora yahaye intsinzi Perezida Peter Mutharika mu kwezi kwa gatanu.

Sentare yisiguye ivuga ko ayo matora yabayemwo utunenge twinshi mu gihe cose yamaze.

Iyi ngingo ifashwe inyuma y’ibirego vyarungitswe n’imigambwe itavuga rumwe n’ubutegetsi yasaba ko ivyayavuyemwo vyofutwa.

Sentare yategetse ko hatunganywa ayandi matora mu minsi 150.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG