Ni iki Abakenguzamateka Bakurikirana Urubanza rwa Trump Bemerewe Kunwa/Gufungura?
Abakenguzamateka bakurikirana urubanza rwa Trump wari uzi ko atakindi bemerewe kunwera ahabera urubanza atari amazi n'mata gusa? Kiretse imbombo, Bonbon nta nrya n'imwe bemerewe kurira muri ico kibanza