Uko wahagera

Ubufaransa Buzofasha Kurwanya Abitwaje Ibirwanisho muri Kongo


Perezida Emmanuel Macron na mugenzi we Félix Tshisekedi ku kirimza ca Elysée, i Paris, kw'itariki 11/11/2019.

Perezida w’Ubufaransa Emmanuel Macron yemereye mugenzi we wa Republika ya demokarasi ya Kongo, Félix Tshisekedi, ko Ubufaransa bugiye kumuha imfashanyo za gisirikare mu rugamba arimwo rwo kurwanya imihari yitwaje ibirwanisho mu buseruko.

Marcon yabishikirije kuri uyu wa kabiri ahejeje kubonana na Tshisekedi i Paris ku ngoro yiwe Champ Elysée.

Ubufaransa Busaba ibihugu vyo mu karere, cane cane u Rwanda na Uganda gushigikira mugenzi wabo Perezida Tshisekedi muri urwo rugamba ruhambaye.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG