Bamwe mu banyagihugubo mu Burundi bavuga ko ubushomeri buri mu bitumabaja kurondera akazi muri Congo. Imwe mu mirimo bakora ni ubucuruzi, ubwubatsi, ubunyonzi, ubumotari ndetse no kumwa. Naho bibashejeho bavuga ko babangamiwe n'uko umupaka wa Gatumba uhuza Uburundi na Congo bawufunga kare.
Bamwe mu Barundi Bahungira Ubushomeri muri Congo
Bamwe mu banyagihugu bo mu Burundi bavuga ko ubushomeri buri mu bitumabaja kurondera akazi muri Congo. Imwe mu mirimo bakora ni ubucuruzi, ubwubatsi, ubunyonzi, ubumotari ndetse no kumwa. Naho bibashejeho bavuga ko babangamiwe n'uko umupaka wa Gatumba uhuza Uburundi na Congo bawufunga kare.
Facebook Forum