Uko wahagera

Perezida Trump mu Rugendo rw'Imisi 4 mu Bulaya


Perezida wa Reta zunze ubumwe z'Amerika Donald Trump, n'umutambukanyi wiwe Melania Trump, ku kibuga c'indege Andrews, Maryland, itariki 02/06/2019.

Perezida wa Reta zunze ubumwe z’Amerika Donald Trump ejo kuw’Imana yarafashe indege, mu rugendo rw’imisi ine ku mugabane wa Bulaya.

Bitegekanijwe ko Trump ashika i Londres ku murwa mukuru w’Ubwongereza kuri uyu wa mbere.

Mu rugendo rwiwe ari kumwe n’umutambukanyi wiwe Melania Trump hamwe n’umwana wabo, ategekanya kubonana n’umwamikazi w'Ubwongereza, Elizabeth II, kandi azoshika no muri Irlande.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG