Uko wahagera

Mu Butaliyano Umushoferi Yahatswe Kunyuruza Abana 51 Yari Atwaye


Mu Butaliyano Umushoferi Yahatswe Kunyuruza Abana 51 Yari Atwaye
please wait

No media source currently available

0:00 0:02:45 0:00
Mu Butaliyano umushoferi yahatswe Kunyuruza abana 51, aturira bus barimwo. Uwabikoze ni Umutaliyano w'imyaka 47 akomoka muri Senegali. Polisi mu Butariyano yavuze ko uwo mushoferi yoba yigamvye avuga ko ata n'umwe aza kurokoka, yongera avuga amajambo agaragaza ko ashavujwe na politike y'Ubutaliyano ku bimukira. Bamwe mu bana yari yabanje kubaboha. Polisi yemeza ko ata wakomeretse cane

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG