Uko wahagera

ZIMBABWE: Prezida Emmerson Mnangagwa Yarahiye mu Mabanga yo Kurongora Igihugu


ZIMBABWE: Prezida Emmerson Mnangagwa Yarahiye mu Mabanga yo Kurongora Igihugu
please wait

No media source currently available

0:00 0:03:28 0:00
Prezida w’igihugu ca Zimbabwe Emmerson Mnangagwa yarahiye mu mabanga yo kurongora igihugu uyu musi ku wa mungu, araheza aratera akamo Abanyazimbabwe kabasaba kwibagira amatora, abatavuga rumwe na reta bavuze ko yaranzwemwo ubusuma. Yongeye arasaba abanyagihugu kwijijukira ibikorwa kugira ngo bose bafatanye mu kuzamura ubutunzi bw’igihugu bwayanzaye.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG