Umugambwe UPRONA wwagiye kwamamariza gutora EGO ku musi w'Imana muri Komine ya Mutaho, intara ya Gitega hagati mu Burundi.
Gaston Sindimwo, na Abel Gashatsi arongoye uwo mugambwe niho bari bari.
Mu majambo yavuzwe ahanini yahagaze kuguhumuriza, ababa mu birwati vy’abatutsi bateshejwe izabo n’intamba yo muri 1993.
Umumenyeshamakuru, Fidele d'Antoine, Ijwi rya Amerika, i Gitega:
Facebook Forum