Umushikiranganji w’ ikigega ca reta yemeza ko reta yagize ikibazo c’ uburyo bwari gufasha mu kuduza ubutunzi bw’ igihugu c'Uburundi mu mwaka wa 2017.
Domitien Ndihokubwayo yabishikirije mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru, ariko ashikiriza ivyaranguwe n’ubushikiranganji arongoye.
Uyo mushikiranganji yemeza kandi kw' ikena ry’ amafaranga y'agaciro kikiri ikibazo mu gihugu, naho yizeye ko kigiye gutorerwa inyishu kuko umwimbu wagenze neza.
N'inkuru ya Raymond Nzimana, umumenyeshamakuru w'Ijwi rya Amerika, i Bujumbura mu Burundi
Facebook Forum