Icegera c’umukuru w’umurwi w’igihugu wigenga ujejwe amatora CENI ahamagarira urwaruka rufise imyaka 16 muri kino gihe gusaba karangamuntu kugira ruze rwitabe amatora ya 2020.
Umupfasoni Niyonkuru Annonciate yabishikirije kur’uno wa gatanu mu nama n’abaserukira imigambwe, abarongoye amashirahamwe yigenga n’amashengero.
Ni inkuru y'umumenyeshamakuru w'Ijwi rya Amerika mu Burundi Evariste Nzikobanyanka ari i Bujumbura.
Facebook Forum