Uko wahagera

Kenya: Miguna Miguna Ashigikiye Raila Odinga Yahagaritswe


Abashigikiye abanyapolitike batavuga rumwe na reta ya Kenya
Abashigikiye abanyapolitike batavuga rumwe na reta ya Kenya

Inyuma y'aho Raila Odinga arahiriye nk'umukuru w'igihugu, mu duce tumwe tumwe tw'umurwa mukuru Nairobi kuri uyu wa gatanu, habaye uturwi tw'abanywanyi biwe bihereje amabarabara baturira imipira y'imodoka abandi bambura abahita.

Umwe mu bamurahije Miguna Miguna yahagaritswe n'igipolisi yagirizwa gukorana n'umuhari utemewe n'igihugu.

Ni inkuru y'umumenyeshamakuru w'Ijwi rya Amerika i Nairobi, Eloge Willy Kaneza:

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:56 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG