Uko wahagera

Burundi: Ambasaderi wa Amerika Yifadikanije n'Urwaruka


Mu buryo, Ambasaderi Anne Casper aserukira Reta Zunze Ubumwe za Amerika mu Burundi

Anne Casper, Ambasaderi aserukira Reta Zunze Ubumwe za Amerika mu Burundi ku mugoroba wo kur'uyu wa kabiri, yifatikanije n’urwaruka mu guhimbaza umusi mukuru bita “National Religious Freedom Day”.

N’umusi wahariwe ukwigenga mu bijanye n’ukwemera Imana, uhimbazwa kw’igenekerezo rya 16 ry’ukwezi kwa mbere, uko umwaka utashe. Urwaruka rwitavye ibirori rwahawe akanya ko gushikiriza ibibazo bafise mu buzima bwabo bwa misi yose.

N’inkuru ya Raymond Nzimana, umumenyeshamakuru w’Ijwi rya Amerika, I Bujumbura mu Burundi

please wait

No media source currently available

0:00 0:03:38 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG