Uko wahagera

Visi-Perezida w’Amerika Yasezeranije Inkunga Abaturage ba Irani


Mike Pence
Mike Pence

Icegera c’umukuru w’igihugu w’Amerika, Mike Pence, yaremereye Abanyayirani ko Reta zunze ubumwe za Amerika izobafata mumugongo.

Mu kiganiro yahaye Ijwi ry’Amerika ku munsi wa gatatu uheze, Mike Pence yaraneguye cane ubuyobozi bwahoraho ko bwakoze ico yise ko “ari gito cane” mu gushigikira Abanyayirani mu kwiyamiriza ivyavuye mumatora atemewe na bose yo mu mwaka w’2009.

Abarabira ibintu hafi bavuga ko ibiriko biraba ari ingaruka mbi z’agashavu k’abanyagihugu hamwe n’ubutegetsi bwakoresheje inguvu.

please wait

No media source currently available

0:00 0:02:54 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG