Alexis Niyomenya w'imyaka 45,yiga mu mwaka w'icumi na kabiri muri komine ya Mugina mu ntara ya Cibitoke mu Burundi. Uwo muvyeyi w'abana 6, amenyeshako naho amagume yamubujije kubandanya amashure, yahavuye asubira kwiga inyuma y'imyaka hafi 20 yarahevye.
Facebook Forum