Uko wahagera

Burundi: Itegeko ry'Ingene Abarundi Bazoterera Amatora Ryagiye Ahabona


Abarundi bagiye gutanga interarano y’amatora yo 2020 hisunzwe itegeko nshikiranganji ryashizwe kumugaragaro kuri uyu wa mbere. Uko Ritunganije n’abo ryega ni muri ino nkuru ya Fidélité Ishatse akorera Ijwi ry'Amerika mu Burundi

XS
SM
MD
LG