Uko wahagera

Umurundikazi Adelphine Rurangiranwa mu Mahiganwa y'Amakinga


Mu Burundi hari umwigeme amaze kugera ku rugero rwo gutsinda mu mahiganwa mpuzamakungu y’ugusiganwa mu kugendesha ikinga, yamara nta buryo n'ibikoresho bikenewe, afise. Adelphine Nimfasha yiteguriye kuja kuri uyu wa kabiri mu yandi mahiganwa mpuzamakungu mu gihugu ca Afrika y'epfo.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG