Uko wahagera

Koreya ya Ruguru Yakoze Ikindi Gitero ca Misile


People with hospitalized relatives watch firefighters battle a blaze at the Bonsucesso Federal Hospital in Rio de Janeiro, Brazil. According to the fire department, there were no casualties.
People with hospitalized relatives watch firefighters battle a blaze at the Bonsucesso Federal Hospital in Rio de Janeiro, Brazil. According to the fire department, there were no casualties.

Igisirikare ca Koreya y’Epfo hamwe n’Ubuyapani vyatangaje ko hari ikirwanisho ca misile, kitamenyekanye catewe kivuye I Pyongyang, k’umurwa mukuru wa Koreya ya Ruguru, mu gitondo co kur’uyu wa gatanu. Iyo misile bivugwa ko yarenganye izinga ry’Ubuyapani rya Hokkaido imbere y’uko igwa mw’ibahari Pasifike.

Ubuyapani bwaciye bwihutira guter’ivyatsi ico gitero, bwongera burasatira Koreya ya Ruguru bukoresheje amajambo akomeye. Umuvugizi mukuru w’Ubuyapani yavuze ko batazosubira kwihanganira ibikorwa vy’agasotoro, vy’urutavanako bikorwa na Koreya ya Ruguru.

Abategetsi ba Reta Zunze Ubumwe za Amerika bamenyesha ko bakiriko barihweza neza ibijanye n’ico gitero, akaba ataco baravuga gushik’ubu.

Kur’uyu wa kane, imbere y’uko ico gitero gikorwa, Prezida Donald Trump akaba yari yabwiye abamenyeshamakuru ko bariko barakorana n’Igihugu c’Ubushinwa. Yamara nta vyinshi yashikirije, kiretse ko ata mutekano uzohungabana ku banyagihugu ba Amerika.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG