Uko wahagera

Amerika Iraburira Abayo muri Kenya


Inyubakwa y'Ubushikiranganji bw'imigenderanire muri Amerika, i Washington, DC

Reta zunze ubumwe z’Amerika iraburira abanyagihugu bayo kwirinda kuja muri Kenya muri iki gihe, cane cane mu bice vyegereye umupaka na Somaliya.

Itangazo ry’ubushikiranganji bw’imigenderanire n’ayandi makungu bw'Amerika ryasohowe kur’uyu wa gatanu rivuga ko hashobora kuba ibitero by’iterabwoba vya al-Shabab, n’ubundi bwicanyi bushobora kubaho ahandi hose hirya no hino mu gihugu.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG