Uko wahagera

Impunzi z’Abarundi zarakomerekejwe n’abantu bataramenyekana. Zigizwe n’abagabo 5 hamwe n’umugore 1. Bose baba mu mazone abiri, iya mbere niya kabiri mw’ikambi y’impunzi ya Nduta mu gihugu ca Tanzaniya. Bane mur'abo batemwe, bari bagiye kurondera inkwi zo guteka mw’ishamba hanze y’ikambi, abandi 2 nabo bari basohotse bagiye guca ingero.

N'inkuru ya Pierre Claver Niyonkuru w'Ijwi rya Amerika, ari muri Tanzania

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG