Uko wahagera

Burundi: Abanyamulenge Baributse Ubwicanyi Bwakorewe Bagenzi Babo

Abanyamulenge baba mu Burundi bibutse kur' uyu w'Imana Ku ncuro ya 13 ubwicanyi bwo Mu Gatumba bwahitanye ababo 166.

Basaba ubutungane mpuzamakungu, ubw'uburundi na Congo hamwe na ONU gukurikirana no guhana abishe bagenzi babo.


Eloge Willy kaneza.
Erekana Ibindi

Voma ibindi

XS
SM
MD
LG