Uko wahagera

Ihiganwa ryo Gutora ikawa ya mbere irusha izindi akanovera m’Uburundi.

Mu gisagara ca Ngozi, harangiye igikorwa co guhonja ikawa kugira batore ikawa ya mbere irusha izindi akanovera mu Burundi. Ikwa yatwaye ikibanza ca mbere ituruka mu ntara ya Kayanza. Mu gihe uko ikawa igira akanovera ariko iduza agaciro, uwuserukira abarimyi b’ikawa n’umushikiranganji w’uburimyi n’ubworozi basavye abanyamitahe muri ico gisata guha ikibanza gikwiye umurimyi.


Voma ibindi

XS
SM
MD
LG