Uko wahagera

Abigisha b'Abana b'Abarundi Bagumye muri USA Bavuga Iki?


Inyuma yaho abana 6 b'abarundi bazimiriye mu ndwi iheze muri Washington DC muri Amerika mu gihe bari mu mahiganwa ya " Robotics", bamwe mu bayobozi b'amashure bahora bigako bemeza ko abo bana ata mpungenge z'umutekano wabo bigeze bashikiriza imbere y'uko bava mu Burundi.

Ijwi ry'Amerika ryabajije umuyobozi w'sihure ryigenga "Iteletique" ryari ryarungitse abana 2 kuri abo 6.

Umuyobozi wa " Iteletique" Esperence Niyonzima yasobanuriye umumenshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Eloge Willy Kaneza abanyeshure bavuye kw'ishure arongoye abaribo.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG