Uko wahagera

Kuki Urwaruka rw'Abarundi Rwagumye muri Amerika?


Canesius Bindaba, umuyobozi w'urwaruka rw'Abarundi mumahiganwa y'amarobo muri Amerika.
Canesius Bindaba, umuyobozi w'urwaruka rw'Abarundi mumahiganwa y'amarobo muri Amerika.

Umukuru w’umugwi w’urwaruka rw’Abarundi bari baje I Washington D.C mumikino y’amarobo bakazimira, yaraye ashitse I Bujumbura mu Burundi ari wenyene.

Aho ni mugihe igipolici ca Reta zunze ubumwe za Amerika I Washington DC kimaze imisi gishira ahabona amafoto n’amakuru kuri abo bana batandatu, kikavuga ko babiri muribo babonywe bajabutse umupaka baja muri Canada, abandi bane bakaba bataramenyekana irengero ryabo.

Umumenyeshamakuru w’Ijwi ry’Amerika Auriane Itangishaka yakurikiranye iyi nkuru kuva ku musi wa kabiri w’iyi ndwi aho urwo rwaruka rwahiganwa n’iyindi migwi yo kw'isi bongera basozera iyo mikino. Yavuganye n’umushingantahe Bindaba kuri telefone kukibazo c’urwo rwaruka.

please wait

No media source currently available

0:00 0:12:02 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG