Uko wahagera

Ubudagi Bwatahukanye Igikombe mpuzamigabane


Umurwi w'umupira w'amaguru w'Ubugadi uhimbaza intsinzi
Umurwi w'umupira w'amaguru w'Ubugadi uhimbaza intsinzi

Ubudagi bwatahukanye igikombe ca mbere mu nkino mpuzamigabane c’ibihugu mu mupira w’amaguru cariko kibera mu Burusiya, mu gutsinda Chili kimwe k’ubusa (1-0), kur’uyu w’Imana I Saint Saint-Pétersbourg.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG