Uko wahagera

Umusi Mpuzamakungu Wahariwe Impunzi muri Ngozi


Impunzi zirindiye imfashamyo mw'ikambi ya Mahama, mu Rwanda

Mu gihe amakungu yahimbaje ku musi wa kabiri, umusi wahariwe impunzi, uwuserukira ishirahamwe mpuzamakungu ryitaho impunzi, HCR mu Burundi avuga kw’ibikorwa vy’ukuronderera impunzi gucumbikirwa mu bindi bihugu vyagabanutse.

Mu birori vyo guhimbaza umusi mpuzamakungu wahariwe impunzi, mw'ikambi ya Mutaka, mu ntara ya Ngozi, uwuserukira HCR mu burundi yagabishije abakozi barya igiturire muri ico gikorwa.

Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Jean Bosco Ndarurinze ni we wakurikiranye iyi nkuru.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG