Uko wahagera

Amasezerano Hagati ya Leta n'Abayirwanya muri Centre Afrique


Amasezerano y’amahoro ategekanya ihagarikwa buno nyene ry’ingwano muri Centrafrique, yatewewko igikumu, uno musi ku wa mbere i Roma, mu Butaloyano.

Ayo masezerano, yari ahagarikiwe n’ikigo c’Abakatolika ca, Sant’Egidido, yataweko igikumu hagati ya Reta n’imirwi 14 yitwaje ibirwanisho. Impande zose ziyemeje kwubahiriza agahengwe buno nyene ku butaka bwose bwa Centrafrique, gahagarikiwe n’amakungu.

Ivyo vyatangajwe n’abaserukira ikigo, Sant’Egidio bagize uruhara rukomeye mu mugambi w’amahoro mu bice bitandukanye vyo kw’isi, na cane cane mu karere ka Afrika.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG