Uko wahagera

Polisi Yiyemeje Kugwanya Igiturire ku Mabarabara


ہیوسٹن کے فاؤنٹین آف پریز چرچ کے باہر جارج فلائیڈ کے آخری دیدار کے لیے آئے لوگ قطار بنا کر اپنی باری کا انتظار کر رہے ہیں۔
ہیوسٹن کے فاؤنٹین آف پریز چرچ کے باہر جارج فلائیڈ کے آخری دیدار کے لیے آئے لوگ قطار بنا کر اپنی باری کا انتظار کر رہے ہیں۔

Igipolisi kijejwe uruja n’uruza rwo mu ma barabara mu Burundi gitangaza ko kigiye guhagurukira abatanga igiturire ku mabarabara. Abakoraniye mu nama ya polisi bagizwe na bene imiduga, abayikota badandaza amakara n’ibiti, abashoferi n’abapolisi biyemeje.

Naho igiturire kibandanya gutangwa, ahenshi ku ma barabara hari ivyapwa bibuza gutanga no kwakira igiturire.

Mu mpera z’umwaka uheze, amatohoza yakozwe n’ibiro vy’icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu cerekanye ko ibisata vy’ubutungane n’igipolisi arivyo bimunzwe n’igiturire kurusha ibindi mu gihugu.

Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Eloge Willy Kaneza uri i Bujumbura, ni we yateguye iyi nkuru.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG