Uko wahagera

Imigenderanire y'Uburundi na EU ibandanya kwunyuka.


Burundi Political Tensions

Imigenderanire hagati ya Leta y'Uburundi n'ubumwe bwa Bulaya ikomeje kunyuka. Uburundi bwemeza ko bwaronse inzandiko zerekana ko ubumwe bwa Bulaya bwagize uruhara mw'ihungabanywa ry'umutekano no kugerageza guhirika ubutegetsi.

Ubuserukizi bw'ubumwe bwa Bulaya gushika ubu ntaco buravuga kuri ivyo vayagiriji.

I Bujumbura mu Burundi, mugenzi wacu Eloge Willy Kaneza aratubwira ibindi kuri iyi nkuru.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG