Uko wahagera

Imiryango igera ku 3000 yugarijwe n’inzara I Bubanza


Imiryango igera ku 3000 yugarijwe n’inzara I Bubanza
please wait

No media source currently available

0:00 0:03:48 0:00

kuva mu kwezi kwa cumi ko mu mwaka wa 2016,abantu bagera kuri 12 nibo bamaze guhitanwa n'izara mu ntara ya Bubanza. Uwurongoye inama nshingamateka Pascal Nyabenda kuri uno wa gatandatu,yararonkeje infashanyo imiryango igera ku 400. Abatashoboye kuronswa infashanyo basaba ababishoboye kubaserukako

XS
SM
MD
LG