Uko wahagera

Hillary Araye Ata Jambo Ashikirije


Umurongozi w'imyiyamamazo muba Demokrate, John Podesta, asavye abanywanyi ibihumbi bari barindiriye ijambo ry'umu kandida Hillary Clinton gutaha, bakarindira aho bukera mu masaha yo mu gitondo hano muri Amerika, ko ariho Hillary aza kugira ico avuze.

XS
SM
MD
LG