Uko wahagera

Umumenyeshamakuru w' Ijwi ry'Amerika Yatsindiye Agashimwe Mpuzamakungu


Umumenyeshamakuru w’Ijwi ry’Amerika Eloge Willy Kaneza yararonkejwe ku mugaragaro agashimwe kitiriwe Peter Mackler mu gisagara ca Washington DC, muri Leta zunze ubumwe z’Amerika. Ako gashimwe gahabwa umumenyeshamakuru yakoranye umwete umwuga wiwe, yakaronkejwe Kw’italiki ya 13 z’ukwezi kwa cumi umwaka w’2016. Tumukurikirane mu kiganiro yahaye Ijwi ry’Amerika ahejeje kwakira ako gashimwe, Yavuganye n’umumenyeshamakuru Aloys Bigirimana w’ijwi ry’Amerika.

XS
SM
MD
LG