Uko wahagera

Imvura y’Igihuhusi, Irimwo n’Umuyaga Yatumye Abantu Bava mu Byabo Haiti

Imvura y’igihuhusi, irimwo n’umuyaga mwinshi, bise Matthew yaguye mu gatondo kur’uyu wa kabiri mu bumanuko bushira uburengero bwa Haiti.
N’inyuma y’aho isinzikarije igihugu ca Jamaika, igatuma abantu batari bake bakurwa muzabo vyihuta.


Voma ibindi

XS
SM
MD
LG