Indinganizo nshasha y’inyigisho mu mashure yisumbuye mu Burundi izotuma abana barenga ku bihumbi 80 batamenye mu myaka y’icenda n’iy’icumi baja mw’ibarabara. Ivyo bivugwa n’uwurongoye urunani rw’amashirahamwe aharanira agateka k’abana FENADEB mu mpfunyapfunyo y’igifaransa. Umviriza inkuru