Uko wahagera

Mahama: Inda z’Ibitwarire mu Bakiri Bato


Abana 52 baravuka ku ndwi mw'ikambi ya Mahama mu ntara y'uburasirazuba bw'u Rwanda ibamwo impunzi z'Abarundi.

Abatari bake muraba bavyarwa n'abana bakiri bato. Abavyeyi bavuga ko abo bana b'abigeme bahendeshwa amaronko kubera ubuzima bubi bafise mur’iyo kambi.

Abarongoye ikambi y'impunzi bo bamenyesha kw impamvu ar’ukwo mur’iyi kambi hagwiriyemwo abakiri bato.

Ni inkuru yakurikiranwe n'umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Tabitha Mukamusoni.

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:43 0:00

XS
SM
MD
LG