Uko wahagera

BURUNDI: Imibonano Igira kabiri Yararangiye


Prezida Sylvestre Ntibantunganya
Prezida Sylvestre Ntibantunganya

Imibonano hagati y’Abarundi yatunganijwe n’umwunganirizi, Benjamin Mkapa yahoze atwara igihugu ca Tanzania, vyararangiye ku musi kane, ata tangazo ryo kuyisozera rishikirije.

Iyo ncuro igira kabiri y’imishikirano, yarangiye nk’uko yatanguye kuko abitavye ibiganiro batashizwe hamwe, ngo bashikizwe ijambo ry’ukwugurura iyo mishikirano.

Yamara naho abantu bashobora kwibazo kw’ivyo bishobora kuba ikimenyetso c’umwumvikano muke hagati y’abatumiwe, President Ntibatunganya avuga kw’umwunganirizi yaranguye ibitari bike.


Mushobora kumwumviriza, mu kiganiro yahaye Iradiyo Ijwi rya amerika:

please wait

No media source currently available

0:00 0:08:39 0:00

XS
SM
MD
LG