Uko wahagera

BURUNDI: Umusirikare Yarirashe, Akomeretsa Uwundi.


Umuvugizi w'igisirikare c'Uburundi, Colonel Gaspard Baratuza
Umuvugizi w'igisirikare c'Uburundi, Colonel Gaspard Baratuza

Umwe mu basirikare bajejwe gucungera inzego z’igihugu, yariyishe inyuma y’aho yirasiye, akanakomeretsa n’uwundi mugenzi we, basangiye amabanga.

Umuvugizi w’igisirikare, Gaspard Baratuza, yabwiye iradiyo Ijwi rya Amerika kw’ivyo bishobora kuba vyatewe n’impanuka.

Avuga kw’ata cuka kibi cari gisanzwe kiri mur’abo basirikare.

Mushobora kwumviriza ikiganiro Colonel Gaspard Baratuza yahaye iradiyo Ijwi rya Amerika.

please wait

No media source currently available

0:00 0:03:08 0:00

XS
SM
MD
LG