Uko wahagera

Gitega: Perezida Nkurunziza n'Intumwa za ONU


Kuwa gatanu tariki ya 22 y'ukwezi kwa mbere 2016 ni ho intumwa z'akanama ka ONU kajejwe umutekano kwisi baganiye n’umukuru w’igihugu c’U Burundi Petero Nkurunziza ku bibazo bihanze igihugu.

Uwo mubonano wabereye mugisagara ca Gitega ku Kirimba ca Perezida Nkurunziza. Ako kanama kabaye mw’ibanga ariko basohotse bagize ico babwira abanyamakuru bari babarindiririye hanze.

Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Fidele Nsabimana yakurikiranye ivyo biganiro mu ntara ya Gitega.

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:32 0:00



XS
SM
MD
LG