Burundi- Bane mu Icumi bashinjwa Kugaba Igitero mu Bunywero, Bakatiwe
Sentare nkuru y’igihugu ya Kirundo yaciriyeUmunyororo wo gufungwa ubuzima bwose abantu 4 mu bantu 10 bafashwe bagirizwa kuba barakoze igitero mu bunywero bwo mu gisagara ca Kirundo ku musi wa gatandatu taliki 21 ukwezi kwa 11 umwaka wa 2015. Iyo sentare kandi yafashe ingingo yo kugara ikiringo c’imyaka ibiri, Hotel Top hills Residedence yegukira Dr. jean Minani arongoye umugambwe Frodebu-Nyakuri. Ni inkuru y’umunyamakuru w’ijwi ry’Amerika mu Kirundo, Jean Bosco Ndarurinze.