Uko wahagera

Burundi -Umukuru w'Umutumba wa Mugendo Ndengo Zone Nyagasasa Yaragandaguwe


please wait

No media source currently available

0:00 0:03:38 0:00

Umukuru w’umutumba wa Mugendo Ndengo zone Nyagasasa komine Mugamba mu ntara ya Bururi, agandaguwe ku italiki ya 26 y'ukwezi kwa 11 umwaka w'2015' Yagandaguwe n’ abantu bitwaje ibigwanisho. Amakuru ava mu muryango wiwe no mu babanyi biwe avuga ko yari afise abamuhigira bamuhora ko afatisha ugwaruka gwagiye mu myiyerekano yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu c’umukuru w’igihugu c’Uburundi Petero Nkurunziza. Inkuru y'umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika, Fidelite Ishatse.

XS
SM
MD
LG