Uko wahagera

Burundi: Nta Bitabu mu Mashule Nshingiro i Muyinga

Mu mashure nshingiro y’intara ya Muyinga mu mwaka w’icenda, ubukene bw’ibitabu butuma akazi katagenda neza.

Mu gihe ibitabo vya mbere biherutse gutangwa ari bike cane, umuyobozi w’indero mu Ntara ya Muyinga n’abandi begwa n’ikibazo c’indero basaba ko ivyo bitabu vyokongerezwa. Aho ni mugihe uno musi abanyeshure basangira igitabo bataja musi ya 10.


please wait

No media source currently available

0:00 0:05:16 0:00


This item is part of
XS
SM
MD
LG