Uko wahagera

Burundi: Abantu 7 Biciwe muri Gitero i Gitega


Abafatiwe mu ntara ya Gitega
Abafatiwe mu ntara ya Gitega

Abantu bitwaje ibigwanisho bateye mu makomini ya Nyarusange na komini Ryansoro yo mu mu ntara ya Gitega yatumye ibikogwa ku mashure bihagarara ku mashure yegereye aho amasase yavugiye eka n’abari kumitumba yegereye ahavugiye amasasu ntibaraye mu zabo.

Ku mugorobo w’uno musi amasasu akaba yasubiriye kwumvikana mi bice bimwe bimwe vya nyarusange. Abahaba bakavuga ko igipolisi cabandanije guhiga aba bantu bitwaje ibigwanisho.

Umunyamakuru w'Ijwi ry'Amerika mu Burundi Fidele d'Antoine Nsabimana yakurikiranye iyi nkuru ari i Gitega.

XS
SM
MD
LG