Uko wahagera

Umurwi Utaramenyekana Warakoze Igitero I Gitega


Umurwi w’abantu wateye mu makomine ya Nyarusange na commune Ryansoro yo mu ntara ya Gitega watumye ibikorwa ku mashule yegereye aho amasase yavugiye, bihagarara.

Ivyo bitero hamwe n’izo nkoho zasanye, vyaratumye abanyagihugu baba ku mitumba yegereye ibibanza vyarasimwo ivyo bikoho, batarara mu ngo zabo.

Ku mugorobo wo ku musi wa gatatu, amasasu yarabandanije kwumvikana mu bice bimwe bimwe vya Nyarusange. Abahaba bakavuga kw’ igipolisi cabandanije guhiga abo bantu bitwaje ibigwanisho.

Mushobora kwumviriza inkuru ya Fidele dAntoine Niragira

Bulamatari w’intara ya GItega, Venant Manirambona avuga kw’abo bantu bateye intara yiwe, atar’umurwi urwanya ubutegetsi, ahubwo ar’akagwi k’abagizi ba nabi. Reka tumutege amatwi atangure atubwira ukuntu umutekano wifashe

please wait

No media source currently available

0:00 0:03:59 0:00

XS
SM
MD
LG