Uko wahagera

Uruhare rw'umumenyeshamakuru mu Kunywanisha Abarundi


Umurwi w’igihugu ujejwe ukuri n’ukunywanisha abarundi, warateguye uruganda rwatumiwemwo abamenyeshamakuru b’abarundi n’abanyamahanga.

Urwo ruganda rufise intumbero yo kwigisha abamenyeshamakuru ukuntu borangura umwuga wabo mu buryo bwotuma imitima y’abarundi idahahamuka, cane cane ku bijanye n’ibikorwa vy’uyo murwi vyo gutohoza ubwicanyi bwagiye buraba mu Burundi.

Patiri Desire Yamuremyi, ajejwe amabanga yo guhanahana amakuru mur’uyo murwi, avuga kw’ibikorwa vy’uyo murwi, watumiye n’abamenyeshamakuru hamwe n’abahinga bava mu gihugu ca Afrika y’Epfo, biriko biragenda neza:

please wait

No media source currently available

0:00 0:05:36 0:00

XS
SM
MD
LG