Abo banyagihugu bavuga kw’inama nk’iyo yoshobora gutorera inyishu ibibazo bihanze Uburundi mur’iki gihe, birimwo ukwinubana, umuekano muke, ubukene hamwe n’ibindi.
Umukuru w’umugambwe PTD Twungurunani , arinawe yagiye kw’isonga ry’umugambi wo kwandika iryo kete, yaraye ikiganiro iradiyo Ijwi rya amerika.
Tumutege amatwi, atangura atubwira ibiri mur’iryo kete.
Umuhanuzi mukuru mu biro kwa president w’Uburundi, Willy Nyamitwe, nawe nyene aratubwira ukuntu presidence y’Uburundi uyakiriye iryo kete.