Uko wahagera

Ingaruka z'Ibibazo vya Politike ku Butunzi mu Burundi


Map of Burundi
Map of Burundi


Ubutunzi bw’igihugu c’Uburundi bwari busanzwe bucumbagira busa n’ubwayanzaye bifatiye ku bibazo vya politike n’uruhagararara biri mu gihugu muri iki gihe.

Mu kiganiro cacu "Murisanga" Ijwi rya Amerika ryaganiye na Faustin Ndikumana, ayoboye ishirahamwe, PARCEM, rikangurira Abarundi guhindura ivyiyumviro n’ingendo kugira bashike kw’iterambere rirama na Christian Nkengurutse, umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe ry’urudandazwa n’amahinguriro mu Burundi, ku ngaruka ivyo bibazo vya politike biri mu Burundi muri iki gihe biriko bigira ku butunzi mu gihugu.

Abo batumire bavuga ku vyerekeye izo ngaruka n'icokorwa kugira ubutunzi busubire kunaguka:


please wait

No media source currently available

0:00 1:00:47 0:00




XS
SM
MD
LG