Uko wahagera

YALI: Imboneza z'Abanyafrika Barabonana na Prezida Barack Obama


Umurwi ugira kabiri w’imikangara y’imboneza y’Abanyafrika bazobonana na prezida wa Reta Zunze Ubumwe za Amerika, Barack Obama, ku musi wa mbere wimirije. Bari bamaze indwi zitatu muri za kaminuza za ngaha muri Amerika.

Ijwi rya Amerika ryavuganye n’umwe muri iyo mikangara, Jean Bosco Nzeyimana ari kuri kaminuza ya Northwestern Univerity:

Jean-Bosco Nzeyimana yarangije mw’ishule kaminuza, mw’ishami ry’ivyerekeye amafranga n’ubutunzi muri kamunuza y’Urwanda.

please wait

No media source currently available

0:00 0:05:36 0:00

XS
SM
MD
LG