Uko wahagera

Sentare Yungurirzwamwo Imanza, yararekuye Bob Rugurika Ivyagateganyo


Inyuma y’aho abashingwamanza bungururije urubanza rya Bop Rugurika, umumenyeshanakuru w’iradiyo RPA, akaba kandi arinawe muyobozi wayo, sentare yungurizwamwo imanza, ku musi wa gatatu itariki 18 y’ukwezi kwa kabiri, yarafashe icemezo c’uko Bob rugukika arekurwa ivyagateganyo.

Twaravuganye n’umwe mu bashikirizwamanza bamuburanira,, Lambert Nigarura araheza aratubwira aho irekurwa rya Bob Rugurika rigeze: Mushobora gutega amatwi.

please wait

No media source currently available

0:00 0:03:49 0:00

XS
SM
MD
LG