Uko wahagera

Umurwi Ujejwe Ukuri N’ukuri n’Ukunywanisha Abarundi, Ntiwatowe na Bose


Abashingamateka bo ku ruhande rundi rwa Uprona, ntibitavye igikorwa co gutora wa murwi w’igihugu ujejwe ukuri n’ukunywanisha abarundi, watangajwe ejo ku musi wa kabiri.

Professeur Charles Nditije arongoye urwo ruhande akaba kandi ar’umushingamateka, arasigura igituma ku ruhande rwiwe rwa Uprona, batitavye ico gikorwa:

Tumutege amatwi mu kiganiro yahaye mugenzi wacu Frederic Nkundikije.

please wait

No media source currently available

0:00 0:03:42 0:00

XS
SM
MD
LG